Buja Fm

Big Fizzo yiteguye gukora igiteramo c’amateka i Bujumbura

kuri uyu w,Imana igenekerezo rya 30 uku kwezi nyne turimwo niho umuririmvyi Mugani Desire abenshi bazi kw,izina rya big fizzo niho azoteramisha abakunzi biwe nyuma y;umwaka urenga adateramisha abakunzi biwe ngaha mu gihugu ciwe c;amavukiro

Muri ico giteramo big fizzo azoba aherekejwe n;abaririmvyi ba hano mu gihugu c;uburundi ndetse no mu gihugu c;urwanda nka:charly na nina bo mu rwanda dj pius hamwe n;umugwi peace and love

ico giteramo kikazoba kuri uyu w;Imana igenekerezo rya 30 kuri lacoste beach aho kwinjira ari 3000 n;ibihumbi cumi

 

 

Related Articles

1 Comment

  • Elliott Porter , May 1, 2017 @ 8:31 pm

    Amore, umuhanzikazi w’umunyarwandakazi uba mu Bwongereza ari naho akorera muzika ye, yisunze umuhanzi w’icyamamare mu Burundi no mu karere uzwi nka Big Farious cyangwa Big Fizzo , bafatanya gukora indirimbo y’urukundo yuziyemo indahiro z’imitoma.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *