Buja Fm

Natacha Ngendabanka mu myiteguro yo gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Abarundikazi

Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Abarundikazi nkuko yaraye abimenyesheje ikinyamakuru cacu

Aganira n’ikinyamakuru cacu akaba yatumenyesheje ko ariko arakora amasanamu y’indirimbo Abarundikazi;amasanamu akaba ariko akorwa n’umuhinyanyuzi Willy asanzwe ari mu mugwi Etoile Du centre

Tworangiza tubamenyesha ko Natacha Ngendabanka ari mu baririmvyikazi b’abarundi bakora cane hano mu gihugu cacu

 

 

Related Articles

2 Comments

  • biolabstrim.com , September 25, 2017 @ 8:20 am

    Umuririmvyi w’umurundi Gaga Blue afadikanije na mugenzi we Natacha Ngendabanka bari mu nzu ihinyanyura indirimbo aho bariko barakora indirimbo iryoshe cane,indirimbo bibaza ko izokundwa nabatari bake,indirimbo yitwa Utaipenda Nkuko amakuru dukesha uyo.

  • XRumerTest , October 9, 2017 @ 10:46 pm

    Hello. And Bye.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *