Buja Fm

Menya Igihugu masterland aheruka gukoreramwo isanamu yiwe

Nyuma y’indrimbo Rundimwo aheruka gukorera amasanamu,Masterland aherutse kuva mu bikorwa vyo gutunganya amasanamu y’indirimbo shasha igiye kuja kumugaragaro vuba n’amasanamu yayo.

Naho atara shima kuvuga izina yiyo ndirimbo,amashusho yo binurwanurwa ko yakozwe n’umuhinyanyuzi w’amasanamu asanzwe akorera muri Bantu-Bwoy,aho bafashe amasanamu mu mice ibiri(2) itandukanye. Umuce umwe ukaba wafatiwe hano iburundi ikindi gice mu gihugu kibanyi c’ikongo,aho yafashijwe n’abagwizatunga batandukanye bo mugisagara ca Goma .

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *