Buja Fm

Menya uko igiteramo ca Bruce Melody citeguriwe i Bujumbura

Muri kuno kwezi kwa kigarama umwaka wa 2018,igisagara ca Bujumbura citeze abaririmvyi babiri bakomoka mu gihugu kibanyi c’urwanda mu biteramo bibiri bitandukanye. Abo nabo ni Bruce Melody hamwe na Meddy.

Bruce Melody yitezwe n’abakunzi biwe b’ibujumbura isinzi mu biteramo bibiri azokora hano mu Burundi kimwe mu ntara ya Gitega ikindi mu gisagara ca gitega,kuma genekerezo ya 25-28 kigarama. Ivyo biteramo bikaba birindiriwe n’abantu isinzi bivanye n’indirimbo zitari nke zuyo mu ririmvyi zakunzwe cane hano mu Burundi.

Aho twovuga nk’indirimbo iherutse ni;ntakibazo, abarundi bagaragaje kuyikunda bidasanzwe bafatiye ku majambo yo kuryoherwa arimwo,

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *