Buja Fm

Kidum mu giteramo kimwe na Bruce Melodie I Burundi

Jean Pierre Nimbona kidum yongerejwe mu baririmvyi bazoririmba kuri jardin public mugiteramo kizohabera ejo ku munsi za nioel….

nkuko amakuru dukesha abariko bategura ico giteramo aribo guerra palla Entertainment bamenyesha ko bongereje kidum muri ico giteramo bivanye nuko abantu benshi bari babasavye ko boshiramwo kidum kugira ngo igiteramo kigire akanovera kadasanzwe cane…


tworangiza tubamenyesha ko muri ico giteramo kizobera kuri jardin public kizoba kirimwo bruce melodie kuva mu Rwanda hamwe na fizzo ralley joe franckg80 vichou bose kuva mu burundi

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *