Buja Fm

Masterland buca ashira ahabona amasanamu y’indirimbo Nzobikora

Umuririrmvyi akongera akaba umuhinyanyuzi ariwe masteralnd yamaze kumeyesha igenekerezo azoshiririrako indirimbo indirimbo yiwe hanze

abicishije ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi,masterland yamenyesheje ati;

Ooouuf! The awaited day is now announced..#NzobikoraOfiicialLaunch
Uratumiwe nawe Ku musi uzohuza abanyamuji bose, ni k’uwu wa gatatu, itariki 26 /Kigarama(Le 26/12/2018), mu kigo ndangamico c’abafaransa (IFB/Ex:C.C.F) ,guhera isaha Imwe y’ijoro (07:00PM) muri SoirĂ©e y’iteka, muzoshobora kubona ubwambere mu buryo bwisanzuye, mwumve ico abahinga n’abandi bantu b’iteka batari bake bazovuga kw’iyi Video y’ akataraboneka mu Burundi..
Tumira mugenzawe umubwire ko kwinjira ari Ku buntu atanumwe akumiriwe
#Nzobikoravideolaunch
Hashtag:#Nzobikora

Nzobikora akaba ari indirimbo ije gusubirira izindi ziwe zakunzwe nka;rundimwo,alima,sihohinduka n’izindi nyinshi zuyo muririmvyi

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *