Buja Fm

Meddy I burundi mu Biteramo 2

Ngabo Médard Jobert abesnhi bazi kw’izina rya Meddy yitezwe mu gihugu c’uburundi muri ino ndwi aho azoba afise ibiteramo bigera kuri 2,kimwe kizobera kuri boulevard,ikindi kikabera kuri lacosta beach igenekerezo rya 30/12/2018

Mu gihe ku munsi w’ejo ariho yashika ku kibuga c’indege i kanombe mu gihugu c’urwanda aho yarikumwe n’umutambukanyi wiwe,Meddy yabajijwe n’abamenyeshamakuru kubijanye no kuja i Burundi,Meddy yamenyesheje ko ategerezwa kuja i Burundi kandi i Burundi afiseyo ibiteramo 2,kandi ategerezwa kujayo muri ino ndwi nyene

ivyo rero  bikaba vyaje kwerekana ko Meddy ategerezwa kuba ari ngaha i Burundi

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *