Buja Fm

Uguhimbaza Noheli I Bumjumbura bigenda gute?

Mu masengero atandukanye y’emera Yesu kiristu nk’Umwami n’umukiza w’ubuzima bwabo,uno musi kw’igenekerezo rya 25 kigarama niho isi nzima ihimbaza ivuka rya yesu kiristu (Noel).

Noel,mu gisagara ca bujumbura ikaba yahimbarijwe mu masengero atandukanye,aho isamirizi Buja-fm yagiye mu mashengero atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura,aho yagiye kw’ishengero Faith Practice Miracles Ministries church ,aho umukozi w’Imana  Ambassadeur  Prophète Modeste asanzwe akorera igikorwa c’Imana. Muri iryo shengero hagaragara umunezero udasanzwe n’akamwemwe mu bakiristu.

Bamwe muri abo bakiristu, kari akaryo ko ku guhimbaza no gushima Imana ku bitangaza bitandukanye yabakoreye muri uno mwaka wa 2018 na cane cane mu biganiro uyo mukozi w’imana ashikiriza biciye kw’isamizi Buja-fm .

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *