Buja Fm

Bruce Melodie ntiyabonetse mu giteramo I bujumbura

Ku munsi w’ejo hari igenekerezo rya 25 niho hari haramutse haba igiteramo cari catuganijwe na guerra plaza Entertainment isanzwe irongowe na toussaint aho muri ico giteramo hari abaririmvyi batari bake b’abarundi ndetse na bruce melodie kuva mu gihugu c’urwanda,icigaragaje nuko abaririmvyi b’abarundi bashoboye kunezereza isinzi ry’abantu baraho bituma abanu bose baraho bibagira ko bruce melodie yari mu baza kuririmba

abaririmvyi bashoboye kuririmba yari kidum ,big fizzo,vichou,ralley joe,kolly the magic hamwe na franck g80 bose bakaba baravyifashemwo neza cane banezereza isinzi ry’abantu bari ngaho

tworangiza tubamenyeshako ico giteramo kigiye kubandanyiriza mu ntara ya Ngozi kw’igenekerezo rya 28/12/2018

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *