Buja Fm

R flow mu karuhuko mu gihugu ciwe

Karimunda Rich Florain abenshi bazi kw’izina rya r flow ari mukaruhuko hano mu gihugu c’uburundi aho yaje gukora ibikorwa vyiwe vy’umuziki no gukora ibiteramo mu ntara zitandukanye zigize kino gihugu c’uburundi

 

Nkuko yabitubwiye ageze ku kibuga c’indege ca Bujumbura,R flow yavuze ati;”Nje kuramutsa umuryango,no gukora ibiteramo ndetse no gukora indirimbo muma studio atandukanye ya hano mu gisagara ca Bujumbura

Tworangiza tubamenyesha ko R flow asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki mu gihugu c’Urwanda

 

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *