Buja Fm

Big Fizzo ahejeje gukora isanganya

Mugani Desire Big fizzo ahejeje kugira isanganya,aho yariko yerekeza mu ntara ya Ngozi mu giteramo afise uno munsi nyene kuri stade kugasaka mu ntara ya Ngozi

 

Nkuko amakuru dukesha abamwegereye abivuga,avuga ko yaragira ashike mu ntara ya Ngozi niho yagiriye isanganya,ariko akaba ataco yabaye,Imana yakinze

Twobamenyesha Ko big fizzo azabakuba arikumwe na masterland,ralley joe na vichou muri ico giteramo categuwe na Guerra plazza Entertainment

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *