Buja Fm

Lolilo yasabwe n’abakunzi biwe kudahagarika umuziki

Niyonzima Nassor Saloum Lolilo yaraye ashize ku mugaragaro indirimbo yiwe nshasha,indirimbo yari yavuzweko amajambo menshi imbere yuko isohoka kuko lolilo yari yavuze ati;”Nimba hazoboneka indirimbo muri uno mwaka wa 2018 nziza kurusha iyi yanje,nzoca mpagarika umuziki”.ayo niyo majambo lolilo yashikirije imbere yuko indirimbo yiwe Guitare isohoka

Ku munsi w’ejo ,hari ku munsi wa kane niho iyo ndirimbo yaja kumugaragaro,aho ubona ko abakunzi b’umuziki w’uburundi batari bake bayikunze cane,aho benshi banavuze ko lolilo agarutse kandi n’inguvu zidasanzwe cane

ku batarayibona,yirabe hano;

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *