Buja Fm

Menya ingene utora Indirimbo y’umwaka kuri Buja-Fm

Isamirizi Buja-fm yeteguye ihiganwa ry’indirimbo cumi zihiganirwa ikibanza co kuba indirimbo y’umwaka. Izo ndirimbo zikaba ari izakunzwe cane kuruta izindi mu mwaka wa 2018 hamwe nizindi zikiri nshasha ariko zakunzwe cane mu minsi mike zimaze. 

Izo ndirimbo nazo ni: -Sindikibamba ya Mb Data

-Fye ya Big-Fizo

-Siko yari ya B-Face

-No Love ya Sat-B

-Mubibonagute ya Natacha

-Iyo mba ya Big-Fizzo

-Pole pole ya Arnovich

-Mw’Isomero ya Aubin-Lux

-Ku gatumba ya Vichou featuring Lady Jay-Dee

– Utuntu ya Dr Claude

Kugira utore indirimbo imwe muri izo uvyonda *190*1# hama OK ,ugaheza ugatora imw muri izo ndirimbo mugihe ukoresha umuhora wa Econet-Leo canke Smart. Kandi utora incuro wifuza.

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *