Buja Fm

Vitalo’o fc 3-1 Les Lierres

Umugwi wa Vitalo uhejeje kwirahira umugwi wa les lierres

Murukino rwabereye kuri stade prince louis rwagasore,isaha indwi n’iminota mirongo itatu rukaba rwarangiye vitalo’o fc itsinze umugwi wa Les lierres ibitsindo 3-1 ca les lierres,ibitsindo vya vitalo’o fc vyatsinzwe na soudi abdallah hamwe na Moussa batazira Keitha

 

Tworangiza tubamenyesha ko Vitalo’o fc iciye isubira mu kibanza cawo wa 3.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *