Buja Fm

Uku imigwi ikurikirana mu cicaro ca mbere ku ndwi ya 21

Imigwi uko ikurikirana mu cicaro ca mbere mu ndwi ya mirongo ibiri,Aigle noir iracafata ikibanza ca mbere,musongati mukibanza ca kabiri mugihe vitalo’o fc isanzwe imenyerezwa na Kanyenkore Gilbert yaounde ifata ikibanza ca gatatu mw’ihiganwa Primus leagues…

Umugwi wa Messager Bujumbura gushika ubu ukaba ugifata umwanya wa nyuma n’amanota 17

Tworangiza tubamenyreshako gushika ubu bigaragako umugwi wa Aigle Noir ushobora gutwara ihiganwa ryuyu mwaka

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *