Buja Fm

Indirimbo No love ya sat b yahatukanye indirimbo y’umwaka kuri buja fm

Bizimana Aboubackar Karoum abenshi bazi nka sat b yaraye atahukanye ikibanza ca mbere ,aho indirimbo yiwe yitwa no love watahukanye ikibanza ca mbere ,iba indirimbo y’umwaka kuri buja fm

Mw’ihiganwa ryarimwo abaririmvyi barenga cumi,indirimbo cumi nka;sindi ikibamba,siko yari,fye,utuntu,pole pole,n’izindi nyinshi,sat b aba atahukanye ikibanza ca mbere

tworangiza tubamenyesha ko indirimbo yabaye iya kabiri ari fye ya fizzo mugihe iyabaye iya gatatu ari sindi ikibamba ya mb data

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *