Buja Fm

Hope Mu Karuhuko I Burundi

Umwanditsi w’indirimbo vimba vimba,uwatahukanye tusker project fm mu mwaka wa 2014 ariwe hope ari mukaruhuko mu gihugu ciwe c’amavukiro hano mu burundi

hope yashitse k’umunsi w’ejo wa gatatu igenekerezo rya 3/1/2019,akaba yaje kuramutsa umuryango no gukora ibindi bikorwa vy’umuziki n’abandi baririmvyi b’abarundi harimwo big fizzo nkuko hope yabibwiye abanditsi n’abamenyeshamakuru

hope akaba yemereye abamenyeshamakuru ko azova i Bujumbura asize indirimbo

 

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *