Buja Fm

Imyaka 8 irarumanye Jean Christopher Matata Yitavye Imana

Umuririmvyi jean Christopher Matata ararumanije imyaka umunani yitavye Imana

kubatamuzi jean Christopher Matata ,yari umuririmvyi w’umurundi yavutse mu mwaka 19960 i Bujumbura aca yitaba Imana mu mwaka wa 2011 mu gisagara ca cap mu gihugu ca Afrika y’epfo

yari umuririmvyi yaririmba mu midiho yose Afrobeat,zouk,reggea n’iyindi midiho myinshi

Jean Christopher Matata akaba yari yarigaruriye imitima ya benshi muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko bivanye n’indirimbo ziwe zari zarinjiye mubantu benshi nka;amaso akunda,nyaranja n’izindi

Ikinyamakuru buja fm kikaba gisubiye guhoza umuryango wa jean Christopher Matata n’umuryango w’abaririmvyi b’abarundi bose

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *