Buja Fm

Double jay agiye gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha

Mugisha Jean junior abenshi bazi nka double jay agiye gushira kumugaragaro indirimbo yiwe nshasha izoba ije gusubirira indirimbo yiwe uri special

 

Nkuko amakuru dukesha management yiwe ya bantu bwoy,avuga ko umuririmvyi wabo ariwe double jay agiye gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha muri kuno kwezi nyene kwa mbere

Twobamenyesha ko kuva doubke jay yinjiye muri bantu bwoy amaze gushira kumugaragaro indirimbo imwe gusa

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *