Buja Fm

Urutonde rw’abakinyi 29bamenyekanye bazoja muri Can mu ntamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi w’abatarenza imyaka 20 ariwe joslin bipfubusa yashize ku mugaragaro urukurikirane rw’abakinyi 29 bazoja mw’ihiganwa rya can rizotangura igenekerezo rya 2/2/2019 mu gihugu ca Niger

Abo bakinyi ni;

2. KITENGE Ally (Buja City)
3. NDIZEYE Aimé Fales (Aigle noir)
4.SELEMANI Moustafa (Aigle noir)
5.NDIZEYE Eric (Musongati Fc)
6.MURYANGO Moussa (Vital’o )
7.NDORIYOBIJA Eric(Stand Utd)
8.NAHIMANA Steve (Kayanza UTD)
9.HAKIZIMAN Héritier (Aigle noir)
10.NDAYE Chancel (Rukinzo Fc)
11.BIGIRIMANA Ramadhan(Stand Utd)
12.MURYANGO Mabano Shabani (Aigle noir)
13. EZA Armel (Kayanza UTD)
14.NSHIMIRIMANA Jospin (Aigle noir) 15.MBIRIZI Eric (Stand UTD)
16.MUSORE Aaron (Musongati Fc)
17. NAHIMANA Guy (Buja City)
18. RAMADHAN Pascal (Musongati Fc)
19. GAKIZA Aime (Messager Buja)
20.KANAKIMANA Bienvenu (Aigle noir)
21. DUSABE Olivier (VITAL’O)
22.MAVUGO Cédric (Aigle noir)
23.SHAKA Bienvenue(Etoile du sahel )
24.ULIMWENGU Jules(Sunrise)
25. IRAKOZE Saidi (Musongati Fc)
26.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD)
27.MOHAMED Amissi (Nac Breda)
28.NIYONGABIRE Pacifique(Adelaide Utd)
29.NDAYISHIMIYE Mike Trésor (NEC Nijmegen).

Tworangiza tubamenyesha ko urukino rwa mbere uburundi buzokina na Nigeria igenekerezo rya 2/2/2019

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *