Buja Fm

Abaririmvyi bazokwifadikanya na sat b muri karabarya concert bamenyekanye

Empire avenue isanzwe ihagarikiye ibikorwa vya Bizimana Aboubackar karoum abenshi nka sat b yamaze gushira kumugaragaro abaririmvyi bazokwifadikanya na sat b mu giteramo bateguye igenekerezo rya 27/1/2019 mu kanyosha kwa makasi

Abo baririmvyi ni’; best life music,arnovic,clementine kavy,pidco et crespino

Twobamenyesha ko ico giteramo gifashwe mumugongo na Crdb,smart,lacosta beach,buja fm,rfm hamwe na akeza.net

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *