Buja Fm

Yogo beat mu Burundi

Umuhinyanyuzi wo mu gihugu ca tanzania ariwe yogo beat yamaze gushika mu gihugu c’uburundi aho aje gukora indirimbo mumazu ahinyanyura indirimbo hano mu gihugu c’uburundi

Nkuko amakuru dukesha abamuzanye ba trust no body production baravuga neza ko yogo beat aje gukorera mu gihugu c’uburundi ,mu nzu ihinyanyura indirimbo ya trust no body production ,aho bagiye kugurura iyo nzu ihinyanyura indirimbo hano mu gihugu c’uburundi

Trust no body production akaba ariyo ihagarikiye ibikorwa vy’umuririmvyi magic soldier kingorongoro,bakaba ari nabo bari bamaze iminsi bahagarikiye ibikorwa vya Bizimana Aboubackar Karoum sat b

Yogo Beat akaba yashitse mu gihugu c’uburundi haheze indwi yose ashitse muri kino gihugu

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *