Buja Fm

Double jay kubera inkumbu yumva ashaka kumubona

Mugisha jean junior abenshi bazi nka double jay yashize kumugaragaro indirimbo yise numva nshaka nyuma y’amezi menshi adashira kumugaragaro indirimbo nshasha

double jay kuva yinjiye muri label ya bantu bwoy akaba asohoye indirimbo igira kabiri kuko iya mbere yasohoye kuva yinjiye muri banyu bwoy akaba ari uri special yasohotse mu kwezi kw’indwi ,akaba yaramaze amezi agera kuratandatu adasohoye iyindi ndirimbo,kimwe muvyatuma abakunzi biwe baguma bansaba iyindi ndirimbo

indirimbo yasohoye ikaba yitwa Numva Nshaka aho agerageza kubwira umwigeme kangahe amukumbuye,ko afise inyota yokumubona

Double jay akaba yarigeze kuba abarizwa muri label ya ikoh multiservice imbere yuko aja muri bantu bwoy kwa big fizzo

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *