Buja Fm

Norasque Ntare VI yashize ahabona indirimbo yiwe nshasha

Ni indirimbo ivuga ku urukundo rw’uwo yizeye ariwe Yesu-kiristu,nkuko yama abikora uno muririmvyo mu ndirimbo ziwe zose ashira ambere ubutumwa bwiza.

Iyo ndirimbo ikaba yitwa “NGAHA” ikaba yakorewe mu nzu y’ubuhinyanyuro irongowe na GN,inyuma y’iyindi yari aheruka gukora yitwa “IMIKENYURO”.

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *