Buja Fm

Arakaza Mac Arthur yerekereje muri Lusaka Dynamos FC muri Zambia.

  Umukinyi w’umurundi akaba n’umunyegoli mu mugwi nserukiragihugu, Arakaza Mac Arthur yaraye asinye amasezerano mu mugwi wa Lusaka Dynamos FC…

Primus Ligue: Inkino z’umunsi wa 20 ntizereye migwi mikuru mikuru.

  Ku munsi wa gatatu, igenekerezo rya 26 Kigarama inkino zaraye zibaye ku ndwi igira 20 mw’ihiganwa rya Primus Ligue.…

Basket Ball: Berco Stars yaraye itahukanye igikombe c’Umukuru w’igihugu ku ncuro ya kabiri.

Imigwi ya Berco Stars mu bigeme na Dynamo BBC mu basore niyo yaraye itahukanye igikombe c’umukuru w’igihugu kigira kabiri mu…