Buja Fm
  • March 19, 2019
  • Last Update Mar 5, 2019 11:12 am
  • Bujumbura
Social News

Indagara zabonetse kubwinshi mu ntara ya Rumonge

Ni kuri uno wakabiri kw’igenekerezo rya 29/nzero niho haboneka amasanamu ku mbuga ngurukana ubumenyi yerekana amafi yo mu bwoko bw’indagara zanze kurunsenge ari nyinshi. Twagerageje kwegera abanyagihugu bo muri iyo ntara baravyemeza ko indagara zasubiye kuboneka.  Inyuma yigehe kitarai gito amafi yo muri ubwo bwoko butaboneka,abo banyagihugu baravyishimiye cane,eka n’abarovyi bo muri iyo ntara ya […]

Read More
Artists news

Sat-B & Natacha : Intango y’ubumwe hagati y’abarirmvyi

yari kuri uno wamungu kw’igenekerezo rya 27 nzero  mu igiteramo #KarabaryaConcert categuwe na Sat-B,aho hamande y’abantu isinzi bari bacitavye,Sat-B yaratewe iteka na mugenzi we basanzwe basangiye umwuga ariwe Natacha inyuma y’igihe kitari gito hanugwa nugwa yuko hoba hari icuka kitari ciza hagati y’abaririmvyi mu Burundi. Vyabaye ivy’imboneka rimwe mubaririmvyi bakino gihe bitwa ko b’amamaye,aho umwe […]

Read More
Artists news

Sat-B yoba ariko arashira mu ngiro indoto ziwe nkuko yabishatse?

Indirimbo ihejeje gusohoka kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nzero yitwa “My only one” y’umuririmvyi asanzwe akorera mugihugu ca reta z’unze ubumwe z’amerika Mt-Number-One arikumwe na Sat-B yoba ari indirimbo yambere hasohowe amafaranfa menshi kugira Sat-B aririmbe. Ku amakuru dukesha abegereye abaririmvyi Sat-B hamwe na Mt-number One,uno muririmvyi Mt,yoba yaratanze amafaranga angana n’imiriyoni zigera […]

Read More