Buja Fm

Indagara zabonetse kubwinshi mu ntara ya Rumonge

Ni kuri uno wakabiri kw’igenekerezo rya 29/nzero niho haboneka amasanamu ku mbuga ngurukana ubumenyi yerekana amafi yo mu bwoko bw’indagara zanze kurunsenge ari nyinshi. Twagerageje kwegera abanyagihugu bo muri iyo…

Read More

Sat-B & Natacha : Intango y’ubumwe hagati y’abarirmvyi

yari kuri uno wamungu kw’igenekerezo rya 27 nzero¬† mu igiteramo #KarabaryaConcert categuwe na Sat-B,aho hamande y’abantu isinzi bari bacitavye,Sat-B yaratewe iteka na mugenzi we basanzwe basangiye umwuga ariwe Natacha inyuma…

Read More

Sat-B yoba ariko arashira mu ngiro indoto ziwe nkuko yabishatse?

Indirimbo ihejeje gusohoka kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nzero yitwa “My only one” y’umuririmvyi asanzwe akorera mugihugu ca reta z’unze ubumwe z’amerika Mt-Number-One arikumwe na Sat-B yoba ari…

Read More