Buja Fm

Double jay kubera inkumbu yumva ashaka kumubona

Mugisha jean junior abenshi bazi nka double jay yashize kumugaragaro indirimbo yise numva nshaka nyuma y’amezi menshi adashira kumugaragaro indirimbo nshasha double jay kuva yinjiye muri label ya bantu bwoy…

Read More

Yogo beat mu Burundi

Umuhinyanyuzi wo mu gihugu ca tanzania ariwe yogo beat yamaze gushika mu gihugu c’uburundi aho aje gukora indirimbo mumazu ahinyanyura indirimbo hano mu gihugu c’uburundi Nkuko amakuru dukesha abamuzanye ba…

Read More

Big Fizzo k’urutonde rw’abamaze imyaka cumi m’umuziki

Mugihe aharawe ico bise #TenYearsChalenge mu buzima butandukanye bw’abantu hano ibujumbura,twashimye kugaruka ku abaririmvyi bamze imyaka cumi igera kuri cumi m’umuziki kandi nubu bakirimwo. Mbe muri iyo myaka cumi hiyongeye…

Read More