Buja Fm

Tsindira ibihumbi amajana atatu mukwifata (Video) uriko uratamba “Nzobikora”

Mu ntembero yo guteza imbere umuziki eka n’urwaruka rukunda umuziki,inzu yo guhinyanyura umuziki Master-Music irikumwe n’ishirahamwa Ashibu mu kinyobwa cabo Fungus bateguye ihiganwa ryo gutamba ryitiriwe indirimbo iheruka gusohoka ariyo…

Read More

Abaririmvyi bazokwifadikanya na sat b muri karabarya concert bamenyekanye

Empire avenue isanzwe ihagarikiye ibikorwa vya Bizimana Aboubackar karoum abenshi nka sat b yamaze gushira kumugaragaro abaririmvyi bazokwifadikanya na sat b mu giteramo bateguye igenekerezo rya 27/1/2019 mu kanyosha kwa…

Read More

Indirimbo nshasha ya MB Data yoba izosohokana amasanamu?

MB data ni umuririmvyi ata mwaka aramara amenyekanye mu muziki w’uburundi,ariko akaba ariko avyifatamwo neza cane,eka benshi bakurikiranira hafi umuziki w’uburundi bakaba batangazwa n’uyo musore w’imyaka mirongo ibiri n’itanu amaze…

Read More