Buja Fm

Indagara zabonetse kubwinshi mu ntara ya Rumonge

Ni kuri uno wakabiri kw’igenekerezo rya 29/nzero niho haboneka amasanamu ku mbuga ngurukana ubumenyi yerekana amafi yo mu bwoko bw’indagara zanze kurunsenge ari nyinshi. Twagerageje kwegera abanyagihugu bo muri iyo…

Read More

Eric Nsengiyumva asigura ingene Boost yo tuzwa mu Burundi kuri Buja-Fm

Mu ikiganiro #Birahawe co kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Nzero, ca shikirishwe na Branly Nzihindura ku ibijanye n’ibiyayuramutwe vyo mu ubwoko bwa Boost bavugako ko ari umusigazwa wa…

Read More

Uguhimbaza Noheli I Bumjumbura bigenda gute?

Mu masengero atandukanye y’emera Yesu kiristu nk’Umwami n’umukiza w’ubuzima bwabo,uno musi kw’igenekerezo rya 25 kigarama niho isi nzima ihimbaza ivuka rya yesu kiristu (Noel). Noel,mu gisagara ca bujumbura ikaba yahimbarijwe…

Read More