Buja Fm

Urutonde rw’abakinyi 29bamenyekanye bazoja muri Can mu ntamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’uburundi w’abatarenza imyaka 20 ariwe joslin bipfubusa yashize ku mugaragaro urukurikirane rw’abakinyi 29 bazoja mw’ihiganwa rya can rizotangura igenekerezo rya 2/2/2019 mu gihugu ca Niger Abo…

Read More

Arakaza Mac Arthur yerekereje muri Lusaka Dynamos FC muri Zambia.

  Umukinyi w’umurundi akaba n’umunyegoli mu mugwi nserukiragihugu, Arakaza Mac Arthur yaraye asinye amasezerano mu mugwi wa Lusaka Dynamos FC wo mu gihugu ca Zambia.  Inyuma y’ikiringo c’indwi zigera kuri…

Read More

Uku imigwi ikurikirana mu cicaro ca mbere ku ndwi ya 21

Imigwi uko ikurikirana mu cicaro ca mbere mu ndwi ya mirongo ibiri,Aigle noir iracafata ikibanza ca mbere,musongati mukibanza ca kabiri mugihe vitalo’o fc isanzwe imenyerezwa na Kanyenkore Gilbert yaounde ifata…

Read More