Buja Fm

Bizimana aboubackar karoum abenshi bazi nka sat b yamaze kumeyesha abakunzi biwe n’abakunzi b’umuziki muri rusangi ko agiye gutegura igiteramo aho yakuriye muri zone ya kanyosha ,aho asanzwe afise n’abakunzi benshi cane

Abicishije ku mbuga asanzwe akoresha sat b yanditse ati;”mwaramutse neza ba boss banje tuvuye kwa paulin mu biteramo 2,tuzoca tuja gukora igiteramo mu kanyisha”,bikabonekako agiye gusubira iwabo nyuma y’imyaka irenga kuri 7 ataboneka mu giteramo muri zone asanzwe avukamwo ya kanyosha….

tworangiza tubamenyeshako sat b ku munsi wa gatandatu no ku munsi w’Imana wino ndwi azoboneka mu giteramo kimwe na Meddy mu gisagara ca bujumbura