Buja Fm

Music

Ivyo gutora Sat B muri HAPA AWARDS vyifashe gute?

Uwutavyemera n’uwoba afise akandi kinyegeje inyuma, Bizimana Aboubakar karume benshi bazi nka Sat-b ari mu gitigiri c’abaririmvyi bariko bahiganwa muri…

Sat-B agiye kuja mw’ihiganwa rikomeye muri USA i Los Angeles

Za ndoto z’umuririmvyi sat-B ziriko zirashika nkuko yavyipfuza. Inyuma yo kugira amasezerano n’ishirahamwe ry’ubwishingizi BIC y’amafaranga angana n’imiriyoni ijana kumwaka,hamwe…

Kirikou Akili atsindira ibihumbi amajana atatu mw’ihiganwa rya BETV

Best Entertainment Télévision (BETV) mu mfunyafunyo,n’ imwe mumboneshakure zikorera mu Burundi,ikaba nayo yonyene rudende ikora ihiganwa buri kwezi kygira ikeze,yongere…

Otile Brown yashitse mu Burundi atumweko na Sat-B

Kuri uno wa mungu igenekerezo rya 19 myandagaro niho umuririmvyi Otile Brown yamuka mu gihugu ca Kenya yashika kukibuga c’indege…

Baby John ati: Ab’ubu biragoye kuvuga uwozoshika kure

Jean-Marie NAHIMANA azwi nka Baby John,ni umuririmvyi w”umurundi ageze mubukukuruke ariko kandi indirimbo ziwe zikaba ari intibagiranwa bivanye n’ubuhinga zikozwemwo.…

Dj Philbyte yagiriza Belle-nice na Sat B kumukura mu ndirimbo bakoranye

Dj Philbert yemeje amakuru avugwa ko yoba yarakuwe mu ndirimbo 1 mu ziri muri EP ya Belle Nice. Aho ngo…

Menya uwatumye Tetero laurette atsindira imiriyoni 25 mu mwaka wa 2019

Benshi turibuka igihe umwigeme Tetero Laurette yatsindira ihiganwa Primusic risanzwe ritunganwa n’ishirahamwe Brarudi. Tetero Laurette yabaye umwigeme wambere atahukanye iryo…