Buja Fm

Mbe Francine NIYONSABA yiyumvira iki ku wo mubera umunega?

Mukiganiro umunonotsi yagiranye n’abamenyeshamakuru,hari uwamu bajije ibijanyen’imigambi yiwe y’akazoza kubijanye no gushinga urwiwe. Francine NIYONSABA yaratomoye neza ko ico ciyumviro ataco afise bitaraja no mu ndoto ziwe.

Mugihe abigeme benshi bama bipfuza abagabo babakwa ariko kuri we ivyo ngo antakibanza biragira mubuzima bwiwe.Hari Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nyakanga 2021, isaha zine zo mu gitondo niho uzo munonotsi w’umurundikazi  yari yakoranije abanditsi n’abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubabwira ingene vyabaye mu gihe yariko aserukira igihugu mu makungu.

administrator

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *